Zaburi 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko utazompebera mu kuzimu+.Ntuzokwemera ko intahemuka yawe ibona icobo+. Luka 24:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 ababwira ati: “Uku ni ko vyanditswe yuko Kristu yobabajwe hanyuma akazuka mu bapfuye ku musi ugira gatatu+,
46 ababwira ati: “Uku ni ko vyanditswe yuko Kristu yobabajwe hanyuma akazuka mu bapfuye ku musi ugira gatatu+,