Ivyakozwe 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ba shebuja ngo babone ico bari bazeyeko inyungu kiragiye+, baca bacakira Paulo na Silasi, barababuruta mu kaguriro babajana ku batware+,
19 Ba shebuja ngo babone ico bari bazeyeko inyungu kiragiye+, baca bacakira Paulo na Silasi, barababuruta mu kaguriro babajana ku batware+,