Luka 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko ata kintu na kimwe canyegejwe+ kitazokwibonekeza, canke ikintu na kimwe cahishijwe bimwe vyitondewe kitazokwigera kimenyekana, ngo nticigere kija ahabona+. 1 Timoteyo 5:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ibikorwa vyiza na vyo nyene biribonekeza icese+, kandi n’ibimeze ukundi ntibishobora kuguma binyegejwe+.
17 Kuko ata kintu na kimwe canyegejwe+ kitazokwibonekeza, canke ikintu na kimwe cahishijwe bimwe vyitondewe kitazokwigera kimenyekana, ngo nticigere kija ahabona+.
25 Ibikorwa vyiza na vyo nyene biribonekeza icese+, kandi n’ibimeze ukundi ntibishobora kuguma binyegejwe+.