44 “Ba sogokuruza bacu bari bafise ihema ry’intahe mu gahinga, nk’uko yatanze amategeko igihe yariko avugana na Musa ngo arikore yisunze icitegererezo yari yabonye+.
10Kubera ko Itegeko rifise igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza, mugabo atari umutumba nyene wa nya bintu, abantu ntibashobora kwigera batuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene bama bashikana ku mwaka ku mwaka.