Kuvayo 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ntukibe+. Yosuwa 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Isirayeli yacumuye, bahonyanze isezerano ryanje+ nabategetse kugumya; kandi batoye ku kintu co gutikizwa+, kandi bivye+, kandi babinumye+, kandi babishize mu bintu vyabo bwite+.
11 Isirayeli yacumuye, bahonyanze isezerano ryanje+ nabategetse kugumya; kandi batoye ku kintu co gutikizwa+, kandi bivye+, kandi babinumye+, kandi babishize mu bintu vyabo bwite+.