Ivyakozwe 13:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 be n’uko mu bintu vyose mutashoboye kwitwamwo intungane biciye kw’itegeko rya Musa+, umuntu wese yemera yitwa intungane biciye kuri Uyo+. Abaroma 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kugira ngo yerekane ubugororotsi+ bwayo bwite muri iki kiringo, ngo ibe iyigororotse mbere n’igihe yita umugororotsi+ umuntu yizera Yezu.
39 be n’uko mu bintu vyose mutashoboye kwitwamwo intungane biciye kw’itegeko rya Musa+, umuntu wese yemera yitwa intungane biciye kuri Uyo+.
26 kugira ngo yerekane ubugororotsi+ bwayo bwite muri iki kiringo, ngo ibe iyigororotse mbere n’igihe yita umugororotsi+ umuntu yizera Yezu.