Yesaya 53:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+. Abaroma 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko tubona ko umuntu yitwa umugororotsi bivuye ku kwizera, bitavuye ku bikorwa vy’itegeko+. Abaroma 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko rero, nk’uko abantu b’uburyo bwose batsinzwe n’urubanza bivuye kw’ikosa rimwe+, ni na ko abantu b’uburyo bwose+ bitwa abagororotsi ku bw’ubuzima+ bivuye ku gikorwa kimwe c’ukuregurwa*+.
11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+.
18 Nuko rero, nk’uko abantu b’uburyo bwose batsinzwe n’urubanza bivuye kw’ikosa rimwe+, ni na ko abantu b’uburyo bwose+ bitwa abagororotsi ku bw’ubuzima+ bivuye ku gikorwa kimwe c’ukuregurwa*+.