Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+. Abanyefeso 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo Imana, imwe igwije imbabazi+, kubera urukundo rwinshi yadukunze+, 1 Yohani 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Muri ivyo urukundo ni uru: si uko twakunze Imana, ahubwo ni uko ari yo yadukunze igatuma Umwana wayo ngo abe ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+.
16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+.
10 Muri ivyo urukundo ni uru: si uko twakunze Imana, ahubwo ni uko ari yo yadukunze igatuma Umwana wayo ngo abe ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+.