ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo Imana irashimagiza urukundo+ rwayo bwite kuri twebwe, kuko Kristu yadupfiriye tukiri abacumuzi+.

  • 1 Yohani 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Iki ni co urukundo rw’Imana rwerekaniweko mu bitwerekeye+, kuko Imana yatumye Umwana wayo w’ikinege+ mw’isi kugira ngo turonke ubuzima biciye muri we+.

  • 1 Yohani 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nayo twebwe, turakunda, kuko ari yo yabanje kudukunda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika