Guharura 30:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ariko nimba umugabo wiwe ku musi avyumviyeko amubujije+, azoba rero akuyeho indagano yari kuri we canke umuhango w’iminwa yiwe utaranga ukwiyumvira yiboheyeko, kandi Yehova azomubabarira+. 1 Abakorinto 7:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Umugore abohwa mu gihe cose umugabo wiwe akiriho+. Ariko iyo umugabo wiwe asinziriye mu rupfu, nta kimubuza kwubakana n’uwo ashaka, ariko mu Mukama gusa+.
8 Ariko nimba umugabo wiwe ku musi avyumviyeko amubujije+, azoba rero akuyeho indagano yari kuri we canke umuhango w’iminwa yiwe utaranga ukwiyumvira yiboheyeko, kandi Yehova azomubabarira+.
39 Umugore abohwa mu gihe cose umugabo wiwe akiriho+. Ariko iyo umugabo wiwe asinziriye mu rupfu, nta kimubuza kwubakana n’uwo ashaka, ariko mu Mukama gusa+.