Abagalatiya 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko icamwa+ c’impwemu ni urukundo, akanyamuneza, amahoro, ukwiyumanganya, ubuntu, ukumera neza+, ukwizera, Abakolosayi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana,
22 Ariko icamwa+ c’impwemu ni urukundo, akanyamuneza, amahoro, ukwiyumanganya, ubuntu, ukumera neza+, ukwizera,
10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana,