Abaroma 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nkako, kera nari muzima ata tegeko+; mugabo aho ibwirizwa rishikiye+, igicumuro carasubiye kuba kizima, mugabo jewe ndapfa+. 2 Abakorinto 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 yo yatugize koko abakwije neza ibisabwa kugira tube abasuku b’isezerano rishasha+, atari ab’amategeko yanditse+, ahubwo b’impwemu+; kuko ya mategeko yanditse aca urwo gupfa+, mugabo impwemu ikagira umuntu muzima+.
9 Nkako, kera nari muzima ata tegeko+; mugabo aho ibwirizwa rishikiye+, igicumuro carasubiye kuba kizima, mugabo jewe ndapfa+.
6 yo yatugize koko abakwije neza ibisabwa kugira tube abasuku b’isezerano rishasha+, atari ab’amategeko yanditse+, ahubwo b’impwemu+; kuko ya mategeko yanditse aca urwo gupfa+, mugabo impwemu ikagira umuntu muzima+.