-
Matayo 1:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 Amayaruka yose rero, kuva kuri Aburahamu gushika kuri Dawidi yari cumi n’ane, hanyuma kuva kuri Dawidi gushika ku kwambukanwa i Babiloni haba amayaruka cumi n’ane, maze kuva ku kwambukanwa i Babiloni gushika kuri Kristu haba amayaruka cumi n’ane.
-