14 Na we avuga ati: “Nagize koko ishari ku bwa Yehova Imana nyen’ingabo; kuko bene Isirayeli bahevye isezerano ryawe+, ibicaniro vyawe bakabisambura, abahanuzi bawe na bo bakabicisha inkota, ku buryo ari jewe jenyene nsigaye; none batanguye kurondera ubuzima bwanje ngo babukureho+.”