ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko nzobazana ku butaka narahiye ba sekuruza babo+, ubutaka butemba amata n’ubuki+, kandi bazorya vy’ukuri+ bahage, badohe+, hanyuma bahindukire baje ku zindi mana+, bazikorere koko nanje bangaye kandi barenge kw’isezerano ryanje+.

  • Zaburi 78:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Umutima wabo ntiwari uhamye kuri yo+;

      Kandi ntibabaye abizigirwa mw’isezerano ryayo+.

  • Yesaya 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+.

  • Yeremiya 22:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze bazovuga bati: “Ni kubera yuko bataye isezerano rya Yehova Imana yabo+, bagatangura kwunamira izindi mana no kuzikorera+.”’

  • Abaroma 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Yehova, bishe abahanuzi bawe, basambuye ibicaniro* vyawe, none ni jewe jenyene nsigaye, bakaba bariko barondera ubuzima bwanje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika