1 Abakorinto 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi, nk’uko bamwe muri bo bakoze ubusambanyi+, hakagwa ibihumbi mirongo ibiri na bitatu muri bo ku musi umwe+. Abaheburayo 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Dukore uko dushoboye kwose rero ngo twinjire muri ako karuhuko, kugira ngo ntihagire uwugwa muri ico citegererezo nyene c’ukugambarara+.
8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi, nk’uko bamwe muri bo bakoze ubusambanyi+, hakagwa ibihumbi mirongo ibiri na bitatu muri bo ku musi umwe+.
11 Dukore uko dushoboye kwose rero ngo twinjire muri ako karuhuko, kugira ngo ntihagire uwugwa muri ico citegererezo nyene c’ukugambarara+.