Zaburi 95:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni bo narahiye mw’ishavu ryanje+ nti:“Ntibazokwinjira ahantu hanje h’ukuruhukira+.” Abaroma 11:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kuko nk’uko mwagambararira+ Imana kera mugabo ubu mukaba mwaragiriwe imbabazi+ kubera ubugambarazi bwabo+, Abaheburayo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, ni bande Imana yasesemwe na bo mu myaka mirongo ine+? Mbega si bamwe bacumura, imivyimba yabo ikagwa mu gahinga+?
30 Kuko nk’uko mwagambararira+ Imana kera mugabo ubu mukaba mwaragiriwe imbabazi+ kubera ubugambarazi bwabo+,
17 Vyongeye, ni bande Imana yasesemwe na bo mu myaka mirongo ine+? Mbega si bamwe bacumura, imivyimba yabo ikagwa mu gahinga+?