Abanyefeso 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+. Abanyefeso 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.
2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+.
12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.