Matayo 13:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 itongo ni isi+; nayo imbuto nziza, ni abana b’ubwami; mugabo icatsi kibi ni abana ba wa mubisha+, Abakolosayi 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ivyo bintu ni vyo biriko birazana uburake bw’Imana+. 1 Yohani 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko ikiri mw’isi cose+—icipfuzo c’umubiri+ n’icipfuzo c’amaso+ be n’uguhaya uburyo umuntu afise bwo kwibeshaho+—kidakomoka kuri Data, ahubwo gikomoka mw’isi+.
16 kuko ikiri mw’isi cose+—icipfuzo c’umubiri+ n’icipfuzo c’amaso+ be n’uguhaya uburyo umuntu afise bwo kwibeshaho+—kidakomoka kuri Data, ahubwo gikomoka mw’isi+.