Umusiguzi 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Iyo ivyiza bigwiriye, ababirya ntibabura kugwira+. Kandi ni akarusho gaki kahari kuri nyenevyo ahambaye, atari ukubirabisha amaso yiwe+? Yakobo 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo ubu murirata mu vyo mwiyemeramwo+. Ukwishima mwene ukwo kwose ni kubi.
11 Iyo ivyiza bigwiriye, ababirya ntibabura kugwira+. Kandi ni akarusho gaki kahari kuri nyenevyo ahambaye, atari ukubirabisha amaso yiwe+?