ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 7:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Igihe nabona+ mw’isahu impuzu y’ibango iryoheye ijisho y’i Shinari+, na shekeli amajana abiri z’ifeza n’ingegene imwe y’inzahabu ipima shekeli mirongo itanu, naciye ndavyipfuza+, maze ndabitwara+; kandi ehe binyegejwe mu kuzimu hagati mw’ihema ryanje, amahera akaba ari munsi ya nya mpuzu+.”

  • Esiteri 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hamani abiganira ubuninahazwa bw’ubutunzi+ bwiwe n’igitigiri kinini c’abahungu biwe+ n’ikintu cose umwami yari yaramugirishije mukuru be n’ingene yari yamushize hejuru y’abaganwa n’abasuku b’umwami+.

  • Imigani 23:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mbega wabukubitijeko amaso, kandi ari ubusa+? Kuko butabura kwimerera amababa nk’ay’inkona, bukaguruka bwerekeza mu majuru+.

  • 1 Yohani 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kuko ikiri mw’isi cose+—⁠icipfuzo c’umubiri+ n’icipfuzo c’amaso+ be n’uguhaya uburyo umuntu afise bwo kwibeshaho+—kidakomoka kuri Data, ahubwo gikomoka mw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika