1 Abakorinto 7:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ariko umugabo yubatse aganyishwa+ n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugore wiwe+, Abanyefeso 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+.
2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu*+ vy’iyi si, mwisunga umutware+ w’ububasha bw’ikirere, ya mpwemu+ ubu ikorera mu bana b’ubugambarazi+.