Guharura 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo abo bagabo bose bagiye barabona ubuninahazwa bwanje+ n’ibimenyetso vyanje+ nakoreye mu Misiri no mu gahinga yamara bakaguma bangeza+ zino ncuro cumi zose, kandi ntibumvirize ijwi ryanje+, Guharura 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Muri aka gahinga ni ho imivyimba yanyu izogwa+, egome, abanditswe banyu bose bo mu gitigiri canyu cose kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga, mwebwe mwanyidodombeye+. 1 Abakorinto 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yamara rero, benshi muri bo Imana ntiyabashimye+, kuko bahonerejwe+ mu gahinga. 1 Abakorinto 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Eka kandi ntimukabe abidodomvyi, nk’uko bamwe muri bo bidodomvye+, bakamarwa n’umuranduzi+. Yuda 5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.
22 Mugabo abo bagabo bose bagiye barabona ubuninahazwa bwanje+ n’ibimenyetso vyanje+ nakoreye mu Misiri no mu gahinga yamara bakaguma bangeza+ zino ncuro cumi zose, kandi ntibumvirize ijwi ryanje+,
29 Muri aka gahinga ni ho imivyimba yanyu izogwa+, egome, abanditswe banyu bose bo mu gitigiri canyu cose kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga, mwebwe mwanyidodombeye+.
5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.