Guharura 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Muri aka gahinga ni ho imivyimba yanyu izogwa+, egome, abanditswe banyu bose bo mu gitigiri canyu cose kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga, mwebwe mwanyidodombeye+. Abaheburayo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, ni bande Imana yasesemwe na bo mu myaka mirongo ine+? Mbega si bamwe bacumura, imivyimba yabo ikagwa mu gahinga+?
29 Muri aka gahinga ni ho imivyimba yanyu izogwa+, egome, abanditswe banyu bose bo mu gitigiri canyu cose kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga, mwebwe mwanyidodombeye+.
17 Vyongeye, ni bande Imana yasesemwe na bo mu myaka mirongo ine+? Mbega si bamwe bacumura, imivyimba yabo ikagwa mu gahinga+?