Guharura 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Aba bantu bazogeza ryari+ kutanyubaha+, kandi bazogeza ryari kutanyizera uravye ibimenyetso vyose nakoreye muri bo+? Gusubira mu vyagezwe 32:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bobo banteje ishari imana y’imburakimazi+;Banteje akababaro ibigirwamana vyabo bitagira mvura+;Nanje nzobateza ishari abantu b’imburakimazi+;Nzobababaza nkoresheje ihanga ry’imburabwenge+.
11 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Aba bantu bazogeza ryari+ kutanyubaha+, kandi bazogeza ryari kutanyizera uravye ibimenyetso vyose nakoreye muri bo+?
21 Bobo banteje ishari imana y’imburakimazi+;Banteje akababaro ibigirwamana vyabo bitagira mvura+;Nanje nzobateza ishari abantu b’imburakimazi+;Nzobababaza nkoresheje ihanga ry’imburabwenge+.