Ivyakozwe 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+. Abaheburayo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ntimukomantaze imitima yanyu nka ca gihe c’ugutera ishavu ry’umururazi+, nko kuri wa musi w’ukugerageza+ mu gahinga+,
51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.
8 ntimukomantaze imitima yanyu nka ca gihe c’ugutera ishavu ry’umururazi+, nko kuri wa musi w’ukugerageza+ mu gahinga+,