ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Igihimba c’ifu yanyu itanoze y’ivyerano vya mbere muze mugihe Yehova bwa ntererano, mu mayaruka yanyu.

  • Nehemiya 10:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 N’ikindi kandi, umushuzo w’ifu itanoze+ yacu n’intererano+ zacu n’ivyamwa vy’ubwoko bwose bw’ibiti+, umuvinyu mushasha+ n’amavuta+, tubwirizwa kubizanira abaherezi, mu vyumba vy’uburiro+ vy’inzu y’Imana yacu, tukazanira kandi Abalewi+ ic’icumi c’umwimbu w’ubutaka bwacu, kuko Abalewi ari bo bakira ic’icumi mu bisagara vy’uburimyi vyacu vyose.

  • Ezekiyeli 44:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Ivya mbere vyo mu vyeze ubwa mbere vyose ku bintu vyose, be n’intererano yose y’ibintu vyose ivuye ku ntererano zanyu zose—bizokwegukira abaherezi+; kandi umushuzo w’amafu yanyu atanoze muze muwuhe umuherezi+, kugira ngo bitume umuhezagiro uruhukira ku nzu yawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika