Abanyefeso 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mwibuke rero yuko kera mwari abanyamahanga ku bijanye n’umubiri+; ico gihe mwitwa “ukutagenyerwa” muvyiswe na kimwe bita “ukugenyerwa” gikorwa n’amaboko mu mubiri+— Abanyefeso 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ari we mahoro yacu+, we yafashe ya migwi ibiri+ akayigira umwe+, agasenyura ca gihome+ cari hagati kiyitandukanya+.
11 Mwibuke rero yuko kera mwari abanyamahanga ku bijanye n’umubiri+; ico gihe mwitwa “ukutagenyerwa” muvyiswe na kimwe bita “ukugenyerwa” gikorwa n’amaboko mu mubiri+—
14 Kuko ari we mahoro yacu+, we yafashe ya migwi ibiri+ akayigira umwe+, agasenyura ca gihome+ cari hagati kiyitandukanya+.