Ivyakozwe 10:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 mugabo mw’ihanga iryo ari ryo ryose umuntu ayitinya kandi agakora ivy’ubugororotsi iramwemera+. Abaroma 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko nimba wewe waciwe ku giti c’umwelayo gisanzwe ari ikinyeshamba hanyuma ukomekwa+ ku giti c’umwelayo co mu murima uko bidasanzwe bigirwa, none amashami y’akame ntazorushiriza riho kwomekwa ku giti c’umwelayo cayo bwite+! Abakolosayi 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ahatakigira Umugiriki canke Umuyuda, ukugenyerwa canke ukutagenyerwa, umunyamahanga canke Umusikite, umushumba, uwidegemvya+; mugabo Kristu ni vyose kandi muri vyose+.
24 Kuko nimba wewe waciwe ku giti c’umwelayo gisanzwe ari ikinyeshamba hanyuma ukomekwa+ ku giti c’umwelayo co mu murima uko bidasanzwe bigirwa, none amashami y’akame ntazorushiriza riho kwomekwa ku giti c’umwelayo cayo bwite+!
11 ahatakigira Umugiriki canke Umuyuda, ukugenyerwa canke ukutagenyerwa, umunyamahanga canke Umusikite, umushumba, uwidegemvya+; mugabo Kristu ni vyose kandi muri vyose+.