Yohani 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iyo umuntu atagumye yunze ubumwe nanje, aratabwa hanze nk’ishami, akuma. Hanyuma abantu baregeranya ayo mashami, bakayaterera mu muriro, agasha+.
6 Iyo umuntu atagumye yunze ubumwe nanje, aratabwa hanze nk’ishami, akuma. Hanyuma abantu baregeranya ayo mashami, bakayaterera mu muriro, agasha+.