1 Timoteyo 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yamara rero, icatumye ngirirwa imbabazi+ kwari ukugira ngo, biciye kuri jewe gahebuza, Kristu Yezu yerekane ukwiyumanganya kwiwe kwose bwa karorero k’abazoshingira ukwizera kwabo+ kuri we kugira baronke ubuzima budahera+. 1 Timoteyo 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 umwe agomba ko abantu b’uburyo bwose+ bakizwa+ bagashika ku bumenyi butagira amakosa+ bwerekeye ukuri+. Abaheburayo 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Twegere+ rero intebe y’ubuntu ata wari abukwiriye dufise umwidegemvyo wo kuvuga+, kugira duhabwe imbabazi twongere turonke ubuntu ata wari abukwiriye kugira dutabarwe ku gihe nyaco+.
16 Yamara rero, icatumye ngirirwa imbabazi+ kwari ukugira ngo, biciye kuri jewe gahebuza, Kristu Yezu yerekane ukwiyumanganya kwiwe kwose bwa karorero k’abazoshingira ukwizera kwabo+ kuri we kugira baronke ubuzima budahera+.
4 umwe agomba ko abantu b’uburyo bwose+ bakizwa+ bagashika ku bumenyi butagira amakosa+ bwerekeye ukuri+.
16 Twegere+ rero intebe y’ubuntu ata wari abukwiriye dufise umwidegemvyo wo kuvuga+, kugira duhabwe imbabazi twongere turonke ubuntu ata wari abukwiriye kugira dutabarwe ku gihe nyaco+.