Abaheburayo 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”
6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”