Mariko 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Mugabo Yezu amaze kubahamagara ngo baze kuri we, ababwira ati: “Murazi yuko ababoneka ko baganza amahanga bayakandamiza, be n’uko abakomakomeye bayo bayereka ko bayafiseko ububasha+. Luka 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ariko havyuka kandi ibihari bikomeye hagati yabo vyo kumenya uwoba yasa na mukuru muri bo+.
42 Mugabo Yezu amaze kubahamagara ngo baze kuri we, ababwira ati: “Murazi yuko ababoneka ko baganza amahanga bayakandamiza, be n’uko abakomakomeye bayo bayereka ko bayafiseko ububasha+.