ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 37:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Abantu rero nibamutinye+.

      Ntaraba n’umwe mu bari inkerebutsi mu mutima wabo+.”

  • Imigani 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ntube inkerebutsi mu maso yawe bwite+. Tinya Yehova, uce kure ikibi+.

  • Yakobo 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ni nde ari inkerebutsi kandi ategera muri mwebwe? Niyerekanire mu ngeso ziwe nziza ibikorwa vyiwe+ ari n’ubwitonzi buva ku bukerebutsi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika