Imigani 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntube inkerebutsi mu maso yawe bwite+. Tinya Yehova, uce kure ikibi+. Matayo 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Muri uwo mwanya Yezu aca avuga ati: “Ndagushemeza icese, Data, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ukabihishurira inzoya+. Abaroma 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+. Abaroma 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwiyumvire ivy’abandi nk’uko mwiyumvira ivyanyu+; ntimwiyumvire ibintu bihanitse+, ahubwo murongorwe n’ibintu biciye bugufi+. Ntimube abanyabwenge mu maso yanyu bwite+. 1 Abakorinto 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko mubona ingene yabahamagaye, bene wacu: si inkerebutsi nyinshi+ zo mu buryo bw’umubiri zahamagawe+, si abanyabubasha benshi+, si abakomoka mu muryango uhambaye benshi;
25 Muri uwo mwanya Yezu aca avuga ati: “Ndagushemeza icese, Data, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ukabihishurira inzoya+.
20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+.
16 Mwiyumvire ivy’abandi nk’uko mwiyumvira ivyanyu+; ntimwiyumvire ibintu bihanitse+, ahubwo murongorwe n’ibintu biciye bugufi+. Ntimube abanyabwenge mu maso yanyu bwite+.
26 Kuko mubona ingene yabahamagaye, bene wacu: si inkerebutsi nyinshi+ zo mu buryo bw’umubiri zahamagawe+, si abanyabubasha benshi+, si abakomoka mu muryango uhambaye benshi;