Luka 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo iyo utumiwe, genda wicare mu kibanza co hanyuma y’ibindi+, kugira ngo uwagutumiye niyaza akubwire ati: ‘Mugenzi, duga haruguru.’ Maze uzogira iteka imbere y’abashitsi bagenzawe bose+. Yohani 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nimba rero jewe, naho ndi Umukama n’Umwigisha, ndabogeje ibirenge+, na mwebwe mubwirizwa kwozanya ibirenge+. Abanyefeso 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 muri n’ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi+ be n’ubwitonzi bikwiye, hamwe n’ukwiyumanganya+, mwihanganirana mu rukundo+, Abafilipi 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ata na kimwe mukora mubitumwe n’agatima k’amahane+ canke ukwishira imbere+, ariko mwiyumvira mwiyoroheje mu muzirikanyi yuko abandi babaruta+;
10 Mugabo iyo utumiwe, genda wicare mu kibanza co hanyuma y’ibindi+, kugira ngo uwagutumiye niyaza akubwire ati: ‘Mugenzi, duga haruguru.’ Maze uzogira iteka imbere y’abashitsi bagenzawe bose+.
14 Nimba rero jewe, naho ndi Umukama n’Umwigisha, ndabogeje ibirenge+, na mwebwe mubwirizwa kwozanya ibirenge+.
2 muri n’ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi+ be n’ubwitonzi bikwiye, hamwe n’ukwiyumanganya+, mwihanganirana mu rukundo+,
3 ata na kimwe mukora mubitumwe n’agatima k’amahane+ canke ukwishira imbere+, ariko mwiyumvira mwiyoroheje mu muzirikanyi yuko abandi babaruta+;