ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 20:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ukwo si ko bimeze muri mwebwe+; mugabo uwo wese ashaka gucika mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu+,

  • Luka 9:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 hanyuma ababwira ati: “Uwo wese yakiriye uyu mwana mutoyi mw’izina ryanje, na jewe aba anyakiriye, kandi uwo wese anyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+. Kuko uwigenza nk’umuto+ muri mwebwe mwese ari we mukuru+.”

  • Luka 22:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ariko mweho ntimukwiye kumera gutyo+. Mugabo umukuru muri mwebwe nacike nk’umutoyi+, uwutegeka na we acike nk’uwukora+.

  • Abaroma 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu vy’urukundo rwa kivukanyi+ mugiriranire ikibabarwe. Mu vyo guterana iteka+ mube aba mbere.

  • Abagalatiya 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kukaba nkako, mwahamagariwe umwidegemvyo+, bavukanyi bacu; kimwe gusa, ntimukoreshe uwo mwidegemvyo nk’akaryo ko gukabura umubiri+, ahubwo nimushumbiranire+ bivuye ku rukundo.

  • 1 Petero 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika