Yesaya 40:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.” Abaheburayo 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo dushaka ko umwe wese muri mwebwe yerekana ubwira nk’ubwo nyene kugira ngo mushire amazinda rwose+ ku vyerekeye ca cizigiro+ gushika kw’iherezo+,
31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.”
11 Mugabo dushaka ko umwe wese muri mwebwe yerekana ubwira nk’ubwo nyene kugira ngo mushire amazinda rwose+ ku vyerekeye ca cizigiro+ gushika kw’iherezo+,