Ivyakozwe 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ivyo birangiye, Paulo yishingira intumbero mu muzirikanyi wiwe yuko amaze guca i Makedoniya+ n’i Akaya, yofata urugendo aja i Yeruzalemu+, avuga ati: “Ninamara gushikayo ntegerezwa no kubona Roma+.”
21 Ivyo birangiye, Paulo yishingira intumbero mu muzirikanyi wiwe yuko amaze guca i Makedoniya+ n’i Akaya, yofata urugendo aja i Yeruzalemu+, avuga ati: “Ninamara gushikayo ntegerezwa no kubona Roma+.”