1 Abakorinto 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amashengero yo muri Aziya arabaramutsa+. Akwila na Pirisika hamwe n’ishengero riri mu nzu yabo+ barabaramutsa mu Mukama bimwe bivuye ku mutima. Abakolosayi 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mundamukirize bene wacu b’i Lawodiseya na Nimfa be n’ishengero riri mu nzu yiwe+. Filemoni 2 Bibiliya y’isi nshasha 2 na Afiya mushiki wacu, na Arikipo+ umusoda+ mugenzi wacu, n’ishengero riri mu nzu yawe+:
19 Amashengero yo muri Aziya arabaramutsa+. Akwila na Pirisika hamwe n’ishengero riri mu nzu yabo+ barabaramutsa mu Mukama bimwe bivuye ku mutima.