Abaroma 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kandi muramutse ishengero riri mu nzu yabo+. Muramutse umukundwa wanje Epeneto, umushuzo+ wo muri Aziya ku bwa Kristu. 1 Abakorinto 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amashengero yo muri Aziya arabaramutsa+. Akwila na Pirisika hamwe n’ishengero riri mu nzu yabo+ barabaramutsa mu Mukama bimwe bivuye ku mutima.
5 kandi muramutse ishengero riri mu nzu yabo+. Muramutse umukundwa wanje Epeneto, umushuzo+ wo muri Aziya ku bwa Kristu.
19 Amashengero yo muri Aziya arabaramutsa+. Akwila na Pirisika hamwe n’ishengero riri mu nzu yabo+ barabaramutsa mu Mukama bimwe bivuye ku mutima.