Abakolosayi 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Arisitariko+ imbohe mugenzanje arabaramutsa, na Mariko+ nyene incuti ya Barunaba (uwo mwategetswe guha ikaze+ aramutse aje iwanyu),
10 Arisitariko+ imbohe mugenzanje arabaramutsa, na Mariko+ nyene incuti ya Barunaba (uwo mwategetswe guha ikaze+ aramutse aje iwanyu),