Yohani 17:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+. Abafilipi 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Paulo na Timoteyo, abashumba+ ba Kristu Yezu, turabandikiye mwebwe aberanda bose bunze ubumwe na Kristu Yezu muri i Filipi+, hamwe n’abacungezi be n’abakozi b’ishengero*+:
21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+.
1 Paulo na Timoteyo, abashumba+ ba Kristu Yezu, turabandikiye mwebwe aberanda bose bunze ubumwe na Kristu Yezu muri i Filipi+, hamwe n’abacungezi be n’abakozi b’ishengero*+: