Abakolosayi 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ivyo ndabivuze kugira ntihagire umuntu abahendesha ivyiyumviro binyura+. Tito 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko hariho abantu benshi b’ibigaba, imvuzi z’ibitagira akamaro+, kandi bahenda imizirikanyi y’abandi, canecane bamwe bumira ku kugenyerwa+.
10 Kuko hariho abantu benshi b’ibigaba, imvuzi z’ibitagira akamaro+, kandi bahenda imizirikanyi y’abandi, canecane bamwe bumira ku kugenyerwa+.