Ivyakozwe 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ijambo ry’Imana ribandanya rero gukura+, igitigiri c’abigishwa na co kiguma kigwira cane i Yeruzalemu+; kandi isinzi rinini ry’abaherezi+ ritangura kugamburuka+ ukwizera. Tito 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 yamara mu bihe vyayo bwite ikaba yarahishuye ijambo ryayo muri ca gikorwa nazezwa+ c’ukwamamaza, kw’itegeko ry’Umukiza wacu+, Imana;
7 Ijambo ry’Imana ribandanya rero gukura+, igitigiri c’abigishwa na co kiguma kigwira cane i Yeruzalemu+; kandi isinzi rinini ry’abaherezi+ ritangura kugamburuka+ ukwizera.
3 yamara mu bihe vyayo bwite ikaba yarahishuye ijambo ryayo muri ca gikorwa nazezwa+ c’ukwamamaza, kw’itegeko ry’Umukiza wacu+, Imana;