Yohani 12:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ariko no mu batware, benshi baramwizeye vy’ukuri+, mugabo ntibamwemera icese kubera Abafarizayo, kugira ngo ntibirukanwe mw’isinagogi+; Ivyakozwe 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yamara, bamwe mu bo mu muce w’idini w’Abafarizayo bari bemeye barahaguruka mu bibanza vyabo, bavuga bati: “Ni nkenerwa kubagenyera+ no kubategeka kwubahiriza itegeko rya Musa+.”
42 Ariko no mu batware, benshi baramwizeye vy’ukuri+, mugabo ntibamwemera icese kubera Abafarizayo, kugira ngo ntibirukanwe mw’isinagogi+;
5 Yamara, bamwe mu bo mu muce w’idini w’Abafarizayo bari bemeye barahaguruka mu bibanza vyabo, bavuga bati: “Ni nkenerwa kubagenyera+ no kubategeka kwubahiriza itegeko rya Musa+.”