ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Hahiriwe abazi ko bakeneye ivy’impwemu+, kuko ubwami bwo mw’ijuru ari ubwabo+.

  • 1 Abakorinto 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ariko umuntu w’impwemu+ arasuzuma koko ibintu vyose, mugabo ubwiwe nta muntu n’umwe amusuzuma+.

  • Abakolosayi 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ni na co gituma twebwe, kuva umusi twavyumva, tudahengeshanya kubasengera+ no gusaba yuko mwokwuzuzwa ubumenyi butagira amakosa+ bw’ukugomba kwayo mu bukerebutsi+ bwose n’ugutegera kwo mu vy’impwemu+,

  • Yuda 19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Abo ni bo bazana amacakubiri+, abantu b’ibikoko+, batagira impwemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika