1 Abakorinto 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yagenye imbere y’igihe, ibihe bitarabaho+, ku bw’ubuninahazwa bwacu. Abakolosayi 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Muri we ni ho itunga ryose ry’ubukerebutsi n’ubumenyi ryahishijwe bimwe vyitondewe+.
7 Mugabo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yagenye imbere y’igihe, ibihe bitarabaho+, ku bw’ubuninahazwa bwacu.