Abaroma 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko rero, ntibiva ku wushaka canke ku wiruka, ahubwo biva ku Mana+, ari yo igira imbabazi+. 2 Abakorinto 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ko dukorana na we+, turabinginga rero ngo ntimwemere ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana hanyuma ngo muhushe intumbero yabwo+.
6 Ko dukorana na we+, turabinginga rero ngo ntimwemere ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana hanyuma ngo muhushe intumbero yabwo+.