Abaroma 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Canke usuzugura ubutunzi bw’ubuntu bwayo+ n’ukwirengagiza kwayo+ n’ukwiyumanganya kwayo+, kubera ko utazi yuko ubuntu bw’Imana buriko burondera kukujana ku kwigaya+? Abaheburayo 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 murabe neza ngo ntihagire n’umwe yimwa bwa buntu ata wari abukwiriye bw’Imana+; ngo ntihagire umuzi w’ubumara+ umera ugatera ingorane no kugira ngo benshi ntibahumanywe na wo+;
4 Canke usuzugura ubutunzi bw’ubuntu bwayo+ n’ukwirengagiza kwayo+ n’ukwiyumanganya kwayo+, kubera ko utazi yuko ubuntu bw’Imana buriko burondera kukujana ku kwigaya+?
15 murabe neza ngo ntihagire n’umwe yimwa bwa buntu ata wari abukwiriye bw’Imana+; ngo ntihagire umuzi w’ubumara+ umera ugatera ingorane no kugira ngo benshi ntibahumanywe na wo+;